NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

Doudou

/ #55

2013-11-26 19:58

mwarataye akaranga kuburundi bantu mwagiye mu mahanga bamugira ico mwubaha
bizobafasha kuko ntimuzi iyo muzohereza.tegura kazoza kabana banyu.
bamuhisha ingeso mbi mwibuke iyo mwavuye mwiyumvire iyo muja ayo majambo mwandika ntahesha icubahiro abarundi nuburundi bwabibarutse.Ivyo mwandika sivyo bizotuma uburundi buva mungorane burimwo.