NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

bizohinduka

/ #82 peter ivyukora vyose Imana irakubona umusi wawe urahari

2013-11-29 15:22

intwaro yaba dd iragisibije nukumwiyamiriza kandi ntimumwitabe ngwaje kubahenda ariko murundi ibintu vyijambo sivyiwe kuko umenga ntavuga iritomoye ariko umwe wese akore igishoboka iyintwaro ituveko kuko ahandi turagoye kuko nibaheza ibintu bazorya abantu.