NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

100

/ #100

2013-04-26 12:05

TWAHORA TWIBAZAKO ARI INCABWENGE.
BIRABABAJE KUBONA ABO TWASHIZE IMBERE NGO BARONGORE IGIHUGU N'ABANYAGIHUGU ATABWENGE NABUKEYA BAFISE. NTAWOKWIYUMVIRIYE KO ABASHINGAMATEKA NA SENAT BOHURIZA KWITEGEKO RYO KWICA ABANYAGIHUGU KANDI ARIBO BAJEJWE GUTUNGANIRIZA.
MBEGA RIRYA TEGEKO; MWOMENYERA RIZOGIRA INGARUKAMBI KUBA JOURNALISTES GUSA? CANKE KUBARI MURI OPPOSITION GUSA? MBEGA ABA CNDD-FDD NTAMAKURU BAKENERA?

AHO NIHO RERO ABARUNDI BATEGEREZWA KUBONERAKO CNDD-FDD ATAGIHUGU ISHOBOYE GUTWARA. KUKO KIRAZIRA GUTWARA ISHAVU UGIYE GUTUNGANIRIZA ABANYAGIHUGU. NTATEGEKO RISUNITSWE N'ISHAVU RIBAHO.
NAYO KUVUGAKO ABA JOURNALISTES BAVUGIRA OPPOSITION; BIBAZAKO BISHOBOKA KO BOBA MUGIHUGU BONYENE? NSAVYE ABANYAGIHUGU BAVYE MUVYUBWOKO,BABE BATORA INDONGOZI ZIFISE UMUTIMA.