NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

SINZINKAYO

/ #123 uburundi buri kumushiro

2013-04-26 19:25

mugihugu amatgeko atagikurikizwa, uwihenze ngo avuze ukuri canke akuringikije itegeko muguca urubanza barara bamurungitse gukorera ahandi, igihugu atawukivuga iryo agona atawumuhagaze kugakanu, igihugu bashobora guhamagara abakora ikibazo mngo baronswe akazi ariko abaja muri ivyo bibanza baza batanguye gukora, igihugu abakirongoye bavuga ibisunitswe n'impwemu,......oya ni mwikebuke. abarundi barayamaze ngo:"ARAHORWA NTA MARWA". Ubu naho ngo ntihagire ikivugwa kubiriko birakorwa na leta, ivyo vyose vyanse basemerera, none bizogenda neza ni banuma.